Abantu ku giti cabo no kubaba munzu

Nta gusohorwa mu nzu

Ukwirukanwa canke ugusohorwa mu nzu bizoba birabangiriwe mu meze atandatu na n’ama reta y’igihugu hamwe n’ayuturere. Abapangisha hamwe n’abapanga bahimirizwa kuvugana ku vyo bemezanije mu gihe gito. Ronderera muri reta y’ igihugu ubamwo canke reta y’akarerere ubamwo nimba ukeneye kumenya ibirenze ibi tukubariye.

Amahera umukukuruke ashobora gukuramwo

Ibisabwa n’imiburiburi ku mahera ashobora gukurwamwo hafatiwe ku mahera y’ugukukuruka hamwe n’ibindi bikoresho vyaragabanuwe ku bice 50% ku mahera yinjiye ku myaka ya 2019-20 na 2020-21 kugira ngo bifashe kugarukana ivyatakaye bikomeye mu masoko y’amahera kubera ingaruka z’ikiza ca COVID-19

Ku zindi nkuru zirengeye izi tubabariye ngaha ronderera kuri www.ato.gov.au/drawdown

Amahera yo Kugumana Akazi (JobKeeper)

Amahera yo Kuguma Akazi ya Reta yari imfashanyo y'agateganyo ku bucuruzi bwibasiwe cane na coronavirus (COVID-19).

Abakoresha bujuje ibisabwa, abacuruzi bonyine n’ibindi bigo bashoboye gusaba kwakira umushahara wa JobKeeper kubakozi babo bujuje ibisabwa. Ivyo vari bizishurwa umukoresha mubirarane buri kwezi na ATO

Abacuruzi barashoboye kw’iyandikisha kuronka amahera ya JobKeeper biciye muri ATO's Business Portal, muri ATO online services bakoresheje myGov niba bari abaucuruzi wenyine, canke ukoresheje umusoro wanditswe canke umukozi wa BAS.

Kumakuru ajanye n’imfashanyo ya JobKeeper genda kuri kuri www.ato.gov.au/JobKeeper.

Amanota ya Gutanga Akazi

Imfashanyo ya Gutanga Akazi (JobMaker Hiring Credit) gahunda ishimangira ubucuruzi gukoresha abashaka akazi bato bato bafite hagati yimyaka 16-35.

Abakoresha bujuje ibisabwa barashobora kuronka amahera ya JobMaker Hiring Credit kuri buri mukozi wongeyeho wemerewe guha akazi hagati yitariki ya 7 Gitugutu 2020 na 6 Gitugutu 2021

Raba www.ato.gov.au/jobmakerhiringcredit kuzindi nkuru zirengeye

Kugumiza ivariho mu mutekano no mu buryo bubereye

Ugerageze kuraba abantu batekamutwe bugerageza kugusaba ngo ubahe amafaranga canke utange amakuru yawe y’ibanga.

Abatekamutwe bazokwitwaza ko bakomoka mu mashirahamwe yizewe, nk'ibiro vya Australian Taxation Office (ATO). Niba hari igihe utazi neza niba atari ATO y’ukuri, ntiwishure iyo terefone. Urashobora guhamagara umurongo wa telefone wa ATO kuri 1800 008 540 canke raba kuri www.ato.gov.au/scams kugirango umenye amakuru.

Amafaranga ya leta na serivisi

Serivisi Australiya irashobora kugufasha mumafaranga nubwo utarabona amahera ya Centrelink. Ntugomba kuja mu kigo ca serivisi. Urashobora gukoresha amahitamo yacu yo kwikorera. Urashobora kandi kubona umukozi ushinzwe imibereho myiza. Niba usanzwe uri umukiriya, hari impinduka muburyo bwo kwishyura na serivisi bitewe na coronavirus (COVID-19). Kubindi bisobanuro mundimi nyinshi raba kuri servicesaustralia.gov.au/covid19