Amagara yo mu gikorwa n’umutekano
Akazi gakorwa mu mutekano muri Australia karategekanije indinganizo yo gushigikira ivyashara n’abantu ku giti cabo kugira ngo batahure ibibaraba n’ibikorwa vyabo bishimikije amategeko yerekeye amagara ku kazi n’amategeko ajanye n’umutekano hamwe n’ugutorera umuti w’ingorane zitewe na COVID-19.
Ku zindi nkuru zirengeye izo genda kuri swa.gov.au/coronavirus