Inkingo za COVID-19
Duhanura abantu bose baba mumuryango wa Australia gukingirwa. Ibi bihuye n’inama z’ubuzima.
Inkingo za COVID-19 zitangwa kubuntu kuri buri wese muri Australia, harimo:
- Abafise viza yo muri Australia
- abashiitsi bava mu mahanga
- abanyamahanga
- abakozi bimukira
- abasaba ubuhungiro, kandi no
- abantu badafise viza zemewe.
Iyo abantu bo muri Australia bakingiwe, amakuru yerekeye abimukira canke ubwenegihugu ntibakusanywa.
Ntugomba kwemererwa canke kwiyandikisha muri Medicare kugirango uronke urukingo rwa COVID-19 kubuntu. Kugirango ubone ivuriro udakeneye ikarita ya Medicare, koresha COVID-19 Vaccine Eligibility Checker.
Kubindi bisobanuro bijanye na gahunda yo gukingira COVID-19 mururimi rwawe, raba kuri COVID-19 vaccine information in your language.