Ivyashara

Kubandanya Kw’umushara wabakozi

Umushahara wa Wabakozi, wari usanzwe ugomba guhagara kuri 27 Nyakanga 2020, uzakomeza kuboneka ku bucuruzi bujuje ibisabwa (harimo n'abikorera ku giti cyabo) kandi ntibuharanira inyungu kugeza ku ya 28 Ntwarante 2021.

Muri make kubigiye guhinduka tubasaba ko mwoja kuri treasury.gov.au/coronavirus/jobkeeper/extension.

Uguhemba abasigaranye akazi

Amahera ya Reta yagenewe abasigaranye akazi namahera yumwanya mugufi k’uvuashara vyagizweko ingaruka mbi mu vy’ubutunzi kubera coronavirus.

Abakoresha bujuje ibisabwa, abacuruzi bonyene n’ibindi bigo barashobora gusaba kwakira umushahara wa JobKeeper ku bakozi babo bujuje ibisabwa. Ibi bizishyurwa umukoresha mubirarane buri kwezi na ATO.

Abashoramari barashobora kwiyandikisha kuri JobKeeper Kwishura binyuze kumurongo wubucuruzi wa ATO, muri serivise za ATO kumurongo ukoresheje myGov niba uri umucuruzi wenyine, cyangwa ukoresheje umusoro wanditswe cyangwa umukozi wa BAS.

Kumakuru yerekeye inkunga ya JobKeeper isanzwe nubufasha buboneka muri ATO raba kuri www.ato.gov.au/JobKeeper.

Kuraba neza ko hariho amahera yo kuriha ivya ngombwa n’imishahara

Ivyashara bikwije ibyangombwa n’imiryango idaharanira inyungu (NFP) ikoresha abakozi izahabwa amafaranga ari hagati y’amadolari $20,000 na $100,000 yo kongera amafaranga mu gutanga amafaranga y'ibikorwa vyabo kugeza ukwezi canke igihembwe ca Nyakanga 2020.

Ku birengeye izi nkuru tubahaye ngaha ronderera kuri:

Abimenyereza n’abigishwa

Reta iriko irashigikira abantu bo muri Australia bariko bariga umwuga kandi igafasha ibikorwa vyemerewe kugumana abimenyereza n’abigishwa mu kubaha ibice 50 kw’ijana gushika ku mahera angana na $21,000.

Ku zindi nkuru zirengeye ibi ronderera kuri:

Umutahe n’Ingurane

Ingwati ya Coronavirus SME isigura yuko ushobora gushikira ayandi madeni yongerako afatwa ku bagurana amahera yo kugushigikira mu mezi ari imbere.

Reta izotanga ingwati y’ibice 50 kw’ijana  ku batanga amahera SME ku mahera y’ingurane mashasha atagira ingwati kugira ngo akoreshwe nk’umutahe w’ugukoresha.

Reta vyongeye iratanga ugukurirwako amategeko y’ingurane ku bagurana batanga ingurane ku bakora udukorwa duto duto.

Ukwo kworoherezwa kumara amezi atandatu kandi gukora kw’ideni iryo ari ryo ryose ryafashwe ku kubera intumbero z’urudandazwa n’ibikorwa, harimwo n’ingurane nshasha, ukuduza ideni hamwe n’ugutandukanya ingene woriha iryo deni hamwe n’ukwongera gutunganya ukundi gushasa ukugene iryo deni rizoriwa.

Gushigikira intara n’ibisata

Reta yarashize ku ruhande amahera anagana na $1 billion yo gushigikira ibibano, intara n’amahinguriro ahanini yashikiwe n’ingaruka z’icaduka ca Coronavirus. Ayo mahera azoboneka kugira ngo afashe mu gihe c’icaduka no gufasha mu kwongera gufata umurongo mushasha. Hejuru y’ivyo, Reta iriko irafasha ivyerekeranye n’amashirahamwe y’indege mu kubaha amahera angana na $715 million.

Gushira umutahe mu bikorwa vyawe

Uguheberwa umutahe kwaradugijwe guhera ku mahera angana na $30,000 gushika kuri $150,000 ku bikorwa bidashikana amahera yose akoreshwa ku mwaka ari musi ya $500 million.

Nimba uriko uragura ibikoresho bishasha vyo gukoresha mu nzu canke ukagura imashini imaze gukora, ibikorwa vyawe birashobora kwunguka vyungukiye ku gufutwa kw’amahera yongerwa ku bikorwa gushika kw’italiki 31 Kigarama 2020.

Ukugabanya amahera vyihutirwa na vyo nyene bizoshoboka ku bemerewe gukora ivyashara biciye mu gushiramwo umutahe mu mezi 15.

Nimba ugomba ibirengeye aha ronderera kuri:

Instant asset write-off for eligible businesses

Backing business investment – accelerated depreciation

Raba kandi: